DOWNLOAD NDAPFUHA BY KIDUM - MP3, MP4 & LYRICS

Title Ndapfuha
Artists Kidum
Genres Afropop
Country Burundi

Ndapfuha Lyrics

Ndakubonye umwenyuriye abandi
Gufuwa bintera kururumba nkata umutwe
Kumucanwa k’umubiri ucugera kuri mirongo ine
Nkacika intege nkasinzikara
Utuntu twawe tujyoshye nkatinya
Ko hoza umuntu yoca atunyiba
Mumuriza Mama yuko utazonta
Mu menyo y’abatwenzi
Umutima wanjye usubire munda aah
Ndumva mfise ubwoba yuko uzohova ugenda
Nakora iki?
Kugirango ndakugumye iruhande rwanjye
Notanga iki?
Kugirango ugume urampa jewe je nyine gusa

Ntiwibaze vyinshi (Mama)
Ntituvuge menshi
ndafuha ndafuha
Ntiwibaze vyinshi
(Mama Mama Mama)
Ntituvuge menshi
Ndafuha ndafuha
Jewe ndafuha ndafuha

Sinshobora kuguta mu menyo y’abatwenzi
Ndacari uwawe ndashaka unyizere
Abamira amate bazokwamaho
Jewe nawe turi akaramata
Nkore iki catuma unyizera
Nukuri nditeguye kuduga imisozi
Ntihagire nuza kuduteranya
Atuzanamwo icuka kibi

Nshaka nawe unkunde
Kurya nanje ndagukunda (aah)
Nshaka nawe unyizere
Kurya nanje ndakwizera
Nshaka nawe unkunde
Kurya nanje ndagukunda
Nshaka nawe unyizere
Kurya nanje ndakwizera

Ntiwibaze vyinshi
Ntituvuge menshi (Mama)
Ndafuha ndafuha
Ntiwibaze vyinshi (maai)
Ntituvuge menshi
Ndafuha ndafuha
Ntiwibaze vyinshi
Ntituvuge menshi
Ndafuha ndafuha (ndafuha canee)
Ntiwibaze vyinshi
Ntituvuge menshi
Ndafuha ndafuha (Oyeyeyeeeh)

Ndafuha canee eeeh
Byaranze kumvamo
Zana abakozi b’imana bansengere
Uhm Ndafuha caneee eeeh