DOWNLOAD PERFECT BY MADIBA THA CLASSIC - MP3, MP4 & LYRICS

Perfect Lyrics

Team fester pon this
Madiba on the beat
Yeah you know what it is
Boi classic pond this
Me wanna say I love, my love is so sweet
Tha Classic

Malaika, iwawe nashitse murukundo rwawe
Malaika, naja ng’umarinyota y’urukundo rwawe
Nshaka twigumanire jenawe
Guskika kwiherezo nka Romeo na Juliet
My princesse ntiwitinye
Ku k’ivyanje arivyo vyawe ntiwiyime
I need your love
We nipe tu
Give me some more cause I’m addicted

Nukuri, nukuri
Ndarahiye murukundo ndemeye
Ne me dit pas merci ? tout moi
Bébé je veux que tu le saches ko nkukunda
Nkukunda gusumba vyose
Ni wewe ni wewe, uzungagiza umutima wanje
Ntawundi ntawundi yokashika umutima wanje
You so perfect girl, uri perfect
You so perfect girl, uri perfect
You so perfect girl, uri perfect
You so perfect girl

Nubaha urukundo rwacu nkana kubaha
Baby nkunda ukuntu unkunda ntawundi mbona
???
Ndikumwe nawe si nkekeranya
Mukobwa mwiza hafiyawe
Nih’umutima wanje waje kududubiriza
My sweety ah gyal, hose uzoba
Nyemerera ko nzama hafi yawe
Ngwingo ma, nyemerera ah mpobera
Nimb’ushaka ikintu kurijewe
Ntukoreshe inguvu kuri jewe
Iwanje vyose vyam’ari pole pole

Nukuri, nukuri
Ndarahiye murukundo ndemeye
Ne me dit pas merci ? tout moi
Bébé je veux que tu le saches ko nkukunda
Nkukunda gusumba vyose
Ni wewe ni wewe, uzungagiza umutima wanje
Ntawundi ntawundi yokashika umutima wanje
You so perfect girl, uri perfect
You so perfect girl, uri perfect
You so perfect girl, uri perfect
You so perfect girl

Team fester pon this
Madiba on the beat
Yeah you know what it is
Boi Classic pon this
Me wanna say I love, my love is so sweet

Umeniteka umeniweza ego ndemeye, ndemeye
Urukundo rw’imikino turasezeyee, turasezeyee
Baby iwaweii niho niyumva neza, niyumva neza
Baby iwaweii nama koto s’amamesa
Ninabona naniwe
Harisumba zose, umwami wabose mukirundi
Mukirundi n’imana irindi ni data
Abandi papa God
Ariwe…Dieu le tout puissant, tout puissant

Team fester pon this
Madiba on the beat
Yeah you know we run this